“Kwandura imicafu itabora ni igikorwa ciza kandi gitegerezwa kubandanya”

Komine Ntahangwa ni imwe mu makomine agize igisagara ca Bujumbura amacupa n’udusaho bitabora vyibonekezamwo ku bwinshi. Ivyo vyatumye abagize ishirahamwe CMAAO Afya Bora hamwe n’abagize ihuriro “Babandi” bikora ku mashirahamwe bafashanya kugira batunganye ibikorwa vyo gusukura ahibonekeza cane iyo micafu. Ico gikorwa akaba arico cari kiramutse gikorwa kuri uyu wa gatandatu uheze n’amajambo ndetse arashikirizwa. Aha na hariya muri komine Ntahangwa ndetse mu gisagara nka cose ca Bujumbura, imicafu igizwe n’uducupa n’udusaho tutabora iribonekeza ku bwinshi. Mu ntumbero yo gusukura igisagara no guhimiriza abenegihugu kugira isuku aho baba canke bakorera,…

Abigeme b’abasangwabutaka nabo nyene ngo agapira baragashoboye naho intambamyi zitabuze

Muri uku kwezi kwahariwe umukenyezi, Ikinyamakuru Shikiriza kibashikana mu ntara ya Kayanza aho hari umurwi w’abigeme bakina umupira w’amaguru utari umenyerewe. Mu kiringo kidashika ukwezi umaze ubayeho, ngo hari vyinshi umaze kugerako n’ivyo ndetse wipfuza gushikako. Uwo murwi naho ufise ingorane zitari nke, ngo ntusanzwe ndetse urafise n’akabirya. Umwigeme w’umuterambere nawenyene araherekanira ivyashoboye. Ni neza na neza ku mutumba Rusave, zone Gikomero, komine Rango y’intara ya Kayanza; ahaheruka kuvuka umurwi w’abakinyi b’umupira bagizwe ahanini n’abigeme bo mu bwoko bw’abatwa. Ngo vyose vyatanguye aho abaserukira abandi muri abo batwa batanguye kwiyumvira…

Francine Niyonsaba: Tough girl for tough victory

It is possible for a girl to be tough and achieve a tough victory. This story covers the inspiring life and achievements of Francine Niyonsaba, a Burundian famous athlete. She has built her unique and inspiring brand through athletics and positioned herself for a better future. In her, most Burundians found pride. Francine Niyonsaba, 28, is a great athlete. She was born on 5th May 1993 at Kayongozi, Bweru commune, Ruyigi province in a broke family. “I was born in a poor family that could hardly fulfill my needs. Never…

People with mental diseases: Threats and victims at the same time

On 22nd July 2021, two children were stabbed to death by a person known to have mental problems at Kizi in Gasorwe Commune, Muyinga province. Shortly after the incident, people started to question the threat that the society may be faced with when mentally sick people are unsupervised. Let’s review this sensitive issue which jeopardizes population’s health and security. Mentally sick people are seen and met almost everywhere in Bujumbura, the economic capital city of Burundi. Many of them are street beggars. They have no relative or family in the…

Burundi: Uguturatuzwa kw’abakenyezi n’abo bubakanye n’ubu biracahari

Ituratuzwa ry’abakenyezi riracibonekeza mu ngo zimwe zimwe. Ivyo, iyo bishitse, mu rugo ngo ntibiheza bigende neza kuko umukenyezi adaheza nawe ngo akurikirane neza abo aba ajejwe kurera. Abakera nibo bayamaze bati: “Nta mwonga ubura isato iba idahizwe”, muri iki kiringo c’iminsi 16 y’isekeza ryo kurwanya amabi afatiye ku gitsina, inkuru ya Evelyne Ndayishimiye irerekana ko iryo sekeza ryaje hageze. Si agaseseshwa rumuri amabi afatiye ku gitsina aracibonekeza hano mu gihugu cacu ndetse no muri Afrika nzima. Ivyo biri uko kandi mu gihe kuwa 25 Munyonyo uko umwaka utashe Uburundi bwama…

Belyse Imunkurize: Umwigeme basigaye bita “Makara”

Mu gihe mu ntambamyi nyamukuru zihanze urwaruka rw’Uburundi harimwo ukutagira akazi, hari abamaze kubona inzira yo kubivamwo. “Uwuvunitse ntayoberwa gucumbagira”, abakera bagiye bayamaze. Ngo ntakugereranya ic’umuntu yize n’ico atagerezwa gukora. Imunkurize Bélyse, umwigeme aba mu Carama, aradushingira intahe y’uko yabigenjeje kugira ngo mu mwanya atararonka akazi k’ivyo yigiye ntagume yicaye, asegerereza buri kantu kose akeneye. Buri mwaka abanyeshure barenga 3000 barasohoka ama kaminuza atandukanye ari aha mu Burundi. Amakaminuza arenga 49 akaba ariyo asohora abanyeshure buri mwaka. Abenshi muri bo bagasohoka badafise iciyumviro c’ivyo bagiye gukora mu gihe Reta canke…

Early and Unintended pregnancies: a hindrance to success for girls

Unintended pregnancies in the school environment in Burundi is a big challenge that shatters dreams for many girls. What should be done to prevent and reduce them? Isaac Irakoze goes through this great issue in our society. Over the past decades, woman’s responsibilities were limited to domestic activities, giving birth to children, feeding and educating them. Homemaking was supposed to be her only main task. The school was reserved exclusively to boys. ‘‘Ntamashure y’umukobwa (School is not important for girls),’’ many Burundians unfortunately believed. ‘‘Buraca bugacana ayandi (the future may…

Graduated but unemployed: who to blame?

Unemployment is an issue for the youth in Burundi. The rate keeps increasing. Reasons include the lack of entrepreneurial experience for young graduates, the content of the academic curricula that doesn’t match the reality of the time and false assumptions over the outcome of studies. Considerable efforts should be put in to tackle unemployment. I recently came across a group of students on their way home. I really had the curiosity to know what they think of school today. They obviously had different points of view. Still, they agreed on…

All together for the project ‘‘Adapting to Climate Change in the Lake Victoria Basin’’ success

As part of implementing successfully the project ‘‘Adapting to Climate Change in the Lake Victoria Basin (ACC-LVB)’’, a technical working session has been held at Gitega from August 03, 2021 to August 06, 2021. Twelve subprojects have been conceived. Six per one area of intervention for the two areas where the project is being implemented. A concept note from Burundi Geographical Institute (IGEBU in French acronym) has been also conceived, presented and validated. The administration and the population from both areas are called to do the ACC-LVB project as their…

Uburuhuko: Igihe co gufasha abatishoboye ku bana b’i Gitega.

Mu gihe hamwe hamwe mu gihugu no mu myaka iheze i Gitega babonako uburuhuko ari umwanya wo kuruhuka, kurya, kuryama no gukina, abanyeshure bo ku mutumba Ntobwe, zone Mungwa, komine n’intara ya Gitega ubu si uko babibona. Ugufasha ba ntahonikora kuronka uburaro bwiza ngo nivyo bashize imbere. Bose hamwe bashika 245. Abo banyeshure biga mu myaka itandukanye y’ishure nshingiro n’inyuma y’ishure nshingiro, abenshi bava mu bucimbiri bwa karera I, karera II, Karera rural, Masenga na Nyabisaka bugize umutumba Ntobwe, komine n’intara ya Gitega. Hampande yo guhuzwa no kuba ku mutumba…